Sommet européen: les enjeux climatiques au centre des discussions
MGOMBEA URAIS KUPITIA CHAMAPINDUZI
📌📌 DR SAMIA SULUHU HASSAN ARIWE MURI CCM Abagize Inama Nkuru Idasanzwe ya Chama cha Mapinduzi umugambwe mukuru mu gihugu kibanyi ca #Tanzania bafashe ingingo y’uko Dogiteri Samia Suluhu Hassan azoba umukandida w’uburongozi bwa Tanzaniya biciye mu mugambwe w’abanyagihugu. #SSH2025 #VidewoVinaSati. Read more..